Yeremiya 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Kuko mu bantu banje habonetsemwo abantu b’ababisha+. Baguma bareretse, nk’igihe abatezi b’inyoni babunze+. Bateze umutego uhonya. Bacakira abantu. Mika 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.
26 “‘Kuko mu bantu banje habonetsemwo abantu b’ababisha+. Baguma bareretse, nk’igihe abatezi b’inyoni babunze+. Bateze umutego uhonya. Bacakira abantu.
3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.