Zaburi 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+. Imigani 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko urusenga rusanzirwa ubusa mu maso y’ikintu ico ari co cose gifise amababa+. Habakuki 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abo bose yabadugishije igera+; abakwega bari mu rusenga rwiwe rw’umukwabu, akabakoraniriza mu rusenga rwiwe rwo kuroba+. Ni co gituma anezerwa akongera agahimbarwa+.
9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+.
15 Abo bose yabadugishije igera+; abakwega bari mu rusenga rwiwe rw’umukwabu, akabakoraniriza mu rusenga rwiwe rwo kuroba+. Ni co gituma anezerwa akongera agahimbarwa+.