1 Samweli 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ndakwinginze, umukama wanje ntashire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi+ Nabali, kuko nk’uko izina ryiwe riri, ari ko ari. Nabali* ni ryo zina ryiwe, nta bwenge agira+. Nayo jewe umushumbakazi wawe, sinabonye imisore y’umukama wanje watumye. 1 Samweli 25:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Inyuma y’ivyo, hahera nk’imisi cumi maze Yehova akubita+ Nabali, arapfa.
25 Ndakwinginze, umukama wanje ntashire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi+ Nabali, kuko nk’uko izina ryiwe riri, ari ko ari. Nabali* ni ryo zina ryiwe, nta bwenge agira+. Nayo jewe umushumbakazi wawe, sinabonye imisore y’umukama wanje watumye.