ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo Ere, imfura ya Yuda, yakora ivyari bibi mu maso ya Yehova+; ku bw’ivyo Yehova aramwica+.

  • Itanguriro 38:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ivyo yakora vyari bibi mu maso ya Yehova+; ku bw’ivyo na we nyene aramwica+.

  • 2 Samweli 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ishavu rya Yehova+ rica rirurumbira Uza maze Imana y’ukuri imugarika+ ng’aho kubera ico gikorwa c’ukudatinya Imana, aca apfira ng’aho hafi y’isandugu y’Imana y’ukuri+.

  • 2 Abami 19:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nuko muri iryo joro umumarayika wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi+ y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+.

  • Ivyakozwe 12:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika