19 Nuko atangura kwica abantu b’i Beti-shemeshi+, kubera bari baravye isandugu ya Yehova. Muri bo yicamwo abantu mirongo irindwi—abantu ibihumbi mirongo itanu—maze abantu batangura kuboroga kuko Yehova yari yatsinze hasi abantu agasasika inganda bimwe bikomeye+.