Guharura 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ku muryango wa Yuda: Kalebu+ mwene Yefune; Guharura 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kiretse Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi na Yosuwa+ mwene Nuni, kuko bakurikiye Yehova n’umutima wose.’
12 kiretse Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi na Yosuwa+ mwene Nuni, kuko bakurikiye Yehova n’umutima wose.’