ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Maze Kalebu+ agerageza gutururuza abantu kugira ngo bumvirize Musa, hanyuma avuga ati: “Tuduge ubu nyene, kandi ntituzobura kwigarurira ico gihugu, kuko dushobora vy’ukuri kukinesha+.”

  • Guharura 14:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ariko mwebwe, ntimuzokwinjira mu gihugu nadugijemwo ukuboko kwanje+ ndahira ko nzobana namwe, kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+.

  • Guharura 14:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Mugabo muri abo bagabo bagiye gutata ico gihugu, Yosuwa mwene Nuni na Kalebu mwene Yefune ntibazobura kubandanya kubaho+.”’”

  • Guharura 34:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Aya ni yo mazina y’abo bagabo: Ku muryango wa Yuda+: Kalebu mwene Yefune+;

  • 1 Ngoma 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Abahungu ba Kalebu+ mwene Yefune+ bari Iru, Ela na Nayamu; mwene Ela na we yari Kenazi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika