Guharura 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ku muryango wa Yuda: Kalebu+ mwene Yefune; Guharura 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yosuwa mwene Nuni+ na Kalebu mwene Yefune+, abari mu batase nya gihugu, batantamura impuzu zabo+, Yosuwa 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bene Yuda begera Yosuwa i Gilugali+, hanyuma Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi+ amubwira ati: “Ubwawe urazi neza ijambo Yehova yabwiye+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ ku binyerekeye no ku bikwerekeye, i Kadeshi-baruneya+.
6 Nuko Yosuwa mwene Nuni+ na Kalebu mwene Yefune+, abari mu batase nya gihugu, batantamura impuzu zabo+,
6 Maze bene Yuda begera Yosuwa i Gilugali+, hanyuma Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi+ amubwira ati: “Ubwawe urazi neza ijambo Yehova yabwiye+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ ku binyerekeye no ku bikwerekeye, i Kadeshi-baruneya+.