Yosuwa 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko. Yosuwa 10:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Inyuma y’ivyo, Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose asubira kw’ikambi i Gilugali+.
19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.