6 Abagabo b’i Gibeyoni baca batuma kuri Yosuwa kw’ikambi i Gilugali+ bati: “Ntukure ukuboko ku bashumba bawe+. Duga ningoga aho turi udukize, udufashe, kuko abami bose b’Abamori baba mu karere k’imisozi bakoraniye kuturwanya.”
5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”