Yosuwa 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko. Yosuwa 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo ya mabuye cumi n’abiri bari bakuye muri Yorodani, Yosuwa ayashinga i Gilugali+.
19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.