10 Nuko bene Isirayeli babandanya gukambika i Gilugali; bahimbaza pasika* ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi+, ku mugoroba, mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko.
6 Nuko baja aho Yosuwa ari kw’ikambi i Gilugali+, babwira Yosuwa n’abagabo ba Isirayeli bati: “Tuvuye mu gihugu ca kure. Ubu rero nimugirane isezerano+ natwe.”