Yosuwa 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.
19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.