Yosuwa 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nari mfise imyaka mirongo ine igihe Musa umusavyi wa Yehova yandungika mvuye i Kadeshi-baruneya ngo nje gutata igihugu+, hanyuma nza ndamugarukaniye inkuru nk’uko nyene vyari mu mutima wanje+. Zaburi 60:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Tuzoronka inkomezi tuzihawe n’Imana+,Kandi yo ubwayo izohonyangira hasi abarwanizi bacu+.
7 Nari mfise imyaka mirongo ine igihe Musa umusavyi wa Yehova yandungika mvuye i Kadeshi-baruneya ngo nje gutata igihugu+, hanyuma nza ndamugarukaniye inkuru nk’uko nyene vyari mu mutima wanje+.