Guharura 13:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze Kalebu+ agerageza gutururuza abantu kugira ngo bumvirize Musa, hanyuma avuga ati: “Tuduge ubu nyene, kandi ntituzobura kwigarurira ico gihugu, kuko dushobora vy’ukuri kukinesha+.” Guharura 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yosuwa mwene Nuni+ na Kalebu mwene Yefune+, abari mu batase nya gihugu, batantamura impuzu zabo+,
30 Maze Kalebu+ agerageza gutururuza abantu kugira ngo bumvirize Musa, hanyuma avuga ati: “Tuduge ubu nyene, kandi ntituzobura kwigarurira ico gihugu, kuko dushobora vy’ukuri kukinesha+.”
6 Nuko Yosuwa mwene Nuni+ na Kalebu mwene Yefune+, abari mu batase nya gihugu, batantamura impuzu zabo+,