2 Ngoma 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze abwira abo bacamanza ati: “Murabe ivyo mukora+, kuko mudaca imanza z’umuntu mugabo muca imanza za Yehova+; kandi ari kumwe namwe mu vy’uguca imanza+. Yeremiya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+.
6 Maze abwira abo bacamanza ati: “Murabe ivyo mukora+, kuko mudaca imanza z’umuntu mugabo muca imanza za Yehova+; kandi ari kumwe namwe mu vy’uguca imanza+.
16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+.