1 Samweli 14:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Maze Sauli abwira Yonatani ati: “Mbwira: Wakoze iki+?” Yonatani rero amubwira ati: “Mu vy’ukuri nahonjeje ubuki bukeyi kw’isonga ry’inkoni iri mu kuboko kwanje+. Ndi hano! Nimpfe!” Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
43 Maze Sauli abwira Yonatani ati: “Mbwira: Wakoze iki+?” Yonatani rero amubwira ati: “Mu vy’ukuri nahonjeje ubuki bukeyi kw’isonga ry’inkoni iri mu kuboko kwanje+. Ndi hano! Nimpfe!”
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.