Kuvayo 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma uze ubikure mu minwe yabo, ubifumbishe umwotsi ku gicaniro kuri rya shikanwa riturirwa, bibe akamoto karuhura imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+.
25 Hanyuma uze ubikure mu minwe yabo, ubifumbishe umwotsi ku gicaniro kuri rya shikanwa riturirwa, bibe akamoto karuhura imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+.