Abalewi 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Musa abikura mu biganza vyabo, abifumbisha umwotsi ku gicaniro hejuru ya rya shikanwa riturirwa+. Vyari ikimazi c’iyatira+ c’akamoto karuhura+. Ryari ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+. Abanyefeso 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+.
28 Maze Musa abikura mu biganza vyabo, abifumbisha umwotsi ku gicaniro hejuru ya rya shikanwa riturirwa+. Vyari ikimazi c’iyatira+ c’akamoto karuhura+. Ryari ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+.
2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+.