Abalewi 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Azokwoza n’amazi amara+ n’amaguru+; kandi umuherezi aze agishikirize cose, agifumbishe umwotsi+ ku gicaniro. Ni ishikanwa riturirwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+. Abalewi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi abahungu ba Aroni+ baze babifumbishe umwotsi+ ku gicaniro, kuri rya shikanwa riturirwa riri hejuru ya za nkwi+ ziri ku muriro, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura+ kuri Yehova.
13 Azokwoza n’amazi amara+ n’amaguru+; kandi umuherezi aze agishikirize cose, agifumbishe umwotsi+ ku gicaniro. Ni ishikanwa riturirwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.
5 Kandi abahungu ba Aroni+ baze babifumbishe umwotsi+ ku gicaniro, kuri rya shikanwa riturirwa riri hejuru ya za nkwi+ ziri ku muriro, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura+ kuri Yehova.