Abalewi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Abahungu ba Aroni bazobituririra ku gicaniro, hejuru y’ishikanwa riturirwa riri ku nkwi ziri ku muriro+. Ni ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza* Yehova+.
5 Abahungu ba Aroni bazobituririra ku gicaniro, hejuru y’ishikanwa riturirwa riri ku nkwi ziri ku muriro+. Ni ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza* Yehova+.