Kuvayo 29:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ubukurikira uze utore ya mpfizi yindi y’intama, Aroni n’abahungu biwe na bo barambike ibiganza ku mutwe wayo+. Abalewi 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Iryo ni ryo tegeko ku vyerekeye ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’igicumuro+ n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ n’ikimazi c’iyatira+ n’ikimazi c’ugusangira+,
19 “Ubukurikira uze utore ya mpfizi yindi y’intama, Aroni n’abahungu biwe na bo barambike ibiganza ku mutwe wayo+.
37 Iryo ni ryo tegeko ku vyerekeye ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’igicumuro+ n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ n’ikimazi c’iyatira+ n’ikimazi c’ugusangira+,