ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 1:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 Mugabo Abalewi baze bakambike irya n’ino y’itaberenakulo y’Igishingantahe, kugira ngo ikoraniro rya bene Isirayeli ntirirakarirwe+; kandi Abalewi baze bakore igikorwa kibwirizwa gukorerwa itaberenakulo y’Igishingantahe+.”

  • Guharura 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Baze bashitse ico babwirizwa kunkorera be n’ico babwirizwa gukorera ikoraniro ryose imbere y’ihema ry’ihuriro, mu kurangura igikorwa c’itaberenakulo.

  • Gusubira mu vyagezwe 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe+ no gushitsa ivyo yabajeje n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+ n’amabwirizwa yiwe nantaryo.

  • Ezekiyeli 48:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hazoba ah’abaherezi, abejejwe muri bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa nabajeje, batataye inzira ngo bayerere ca gihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera, nk’uko Abalewi bataye inzira bakayerera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika