ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 40:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Icumba c’uburiro gifise uruhande rw’imbere ruraba mu buraruko, ni ic’abaherezi bitwararika igikorwa bajejwe ku gicaniro+. Ni bene Zadoki+, bo muri bene Lewi, begera Yehova kugira ngo bamukorere+.”

  • Ezekiyeli 43:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Kandi abaherezi b’Abalewi+ bo mu ruvyaro rwa Zadoki+, ari bo banyegêra+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kugira ngo bankorere, uze ubahe ikimasa co mu busho, ngo kibe ishikanwa ry’igicumuro+.

  • Ezekiyeli 44:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Nayo abaherezi b’Abalewi+, bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa bajejwe c’aheranda hanje igihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera kure yanje+, abo ni bo bazonyegēra ngo bankorere, kandi bazohagarara imbere yanje+ kugira ngo banshikirize ikinure+ n’amaraso+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika