27 Bazorangiza iyo misi. Hanyuma ku musi ugira umunani+ no kuva ico gihe kubandanya, abaherezi bazohereza ku gicaniro amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye be n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira; nanje sinzobura kubahimbarirwa+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”