Abalewi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Aze azane nya shūri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+ imbere ya Yehova, aheze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wayo+, kandi aze akererere nya shūri imbere ya Yehova.
4 Aze azane nya shūri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+ imbere ya Yehova, aheze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wayo+, kandi aze akererere nya shūri imbere ya Yehova.