Kuvayo 28:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ni vyo uzokwambika Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, kandi uze ubarobanuze amavuta*+ wongere wuzuze ukuboko kwabo ububasha+ kandi ubeze, baze bankorere bwa baherezi. Abalewi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.
41 Ni vyo uzokwambika Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, kandi uze ubarobanuze amavuta*+ wongere wuzuze ukuboko kwabo ububasha+ kandi ubeze, baze bankorere bwa baherezi.
12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.