Gusubira mu vyagezwe 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Wiyubare ku cago c’imibembe+, kugira witwararike ukore ivyo abaherezi, Abalewi, bazobategeka vyose+. Mukwiye kuba maso+ mugakora nk’uko abo nabategetse. Malaki 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.
8 “Wiyubare ku cago c’imibembe+, kugira witwararike ukore ivyo abaherezi, Abalewi, bazobategeka vyose+. Mukwiye kuba maso+ mugakora nk’uko abo nabategetse.
7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.