Kuvayo 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+. Abalewi 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze azana hafi ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa, Aroni n’abahungu biwe baraheza barambika ibiganza vyabo ku mutwe wa nya mpfizi y’intama+.
10 “Uze uzane ya shūri imbere y’ihema ry’ihuriro, hanyuma Aroni n’abahungu biwe barambike ibiganza ku mutwe wayo+.
18 Maze azana hafi ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa, Aroni n’abahungu biwe baraheza barambika ibiganza vyabo ku mutwe wa nya mpfizi y’intama+.