Kuvayo 28:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Kandi uze ujishe ikanzu y’udukarokaro mw’ilino nziza+, ukore n’igitambara co mu mutwe c’ilino nziza. Uzokora n’igikenyezo+, kijishwe n’umujishi. Kuvayo 39:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na ca gitambara co mu mutwe+ c’ilino nziza, na twa twambarwa two mu mutwe+ tw’ugushariza tw’ilino nziza, na ya mabutura y’ilino+ akozwe mw’ilino nziza ihinzwe,
39 “Kandi uze ujishe ikanzu y’udukarokaro mw’ilino nziza+, ukore n’igitambara co mu mutwe c’ilino nziza. Uzokora n’igikenyezo+, kijishwe n’umujishi.
28 na ca gitambara co mu mutwe+ c’ilino nziza, na twa twambarwa two mu mutwe+ tw’ugushariza tw’ilino nziza, na ya mabutura y’ilino+ akozwe mw’ilino nziza ihinzwe,