ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 na ya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo.

  • Abalewi 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 na ya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo+.

  • Abalewi 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Inyuma y’ivyo Musa atora ikinure cose cari ku mara, na ka gahimba ko ku gitigu na ya mafyigo abiri n’ikinure cayo, araheza abifumbisha umwotsi ku gicaniro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika