22 kandi igihugu kikaganzwa vy’ukuri imbere ya Yehova+, maze mu nyuma mukagaruka+, muzoba rero mwerekanye koko yuko ata caha kibagira imbere ya Yehova n’imbere ya Isirayeli; kandi iki gihugu kizocika icanyu, kibe ico mwigabira imbere ya Yehova+.
10 “Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu yarahiye ba sogokuruza bawe Aburahamu, Izahaki na Yakobo ko azokiguha+, ibisagara bikomeye kandi bisa neza utubatse+,