Abalewi 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+.
3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+.