Abalewi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi abahungu ba Aroni+ baze babifumbishe umwotsi+ ku gicaniro, kuri rya shikanwa riturirwa riri hejuru ya za nkwi+ ziri ku muriro, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura+ kuri Yehova. Abalewi 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+.
5 Kandi abahungu ba Aroni+ baze babifumbishe umwotsi+ ku gicaniro, kuri rya shikanwa riturirwa riri hejuru ya za nkwi+ ziri ku muriro, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura+ kuri Yehova.
31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+.