Kuvayo 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uze utore amavuta yo kurobanuza+, uyasuke ku mutwe wiwe, umurobanure+. Abalewi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+. Ivyakozwe 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+. Abaheburayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.”
12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.
38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.
9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umwigino kuruta bagenzawe+.”