Itanguriro 30:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Na we amubwira ati: “Mbega ni ikintu gitoyi kuba warantwaye umugabo+, ubu na ho ngo utware n’amadudayimu y’umuhungu wanje?” Rasheli avuga rero ati: “Ku bw’ico araza kuryamana nawe iri joro bikabwe amadudayimu y’umuhungu wawe.” 1 Samweli 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umukeba wiwe na we yaramubabaza+ bimwe bikomeye kugira ngo amubuze amahoro, kuko Yehova yari yarugaye igitereko ciwe.
15 Na we amubwira ati: “Mbega ni ikintu gitoyi kuba warantwaye umugabo+, ubu na ho ngo utware n’amadudayimu y’umuhungu wanje?” Rasheli avuga rero ati: “Ku bw’ico araza kuryamana nawe iri joro bikabwe amadudayimu y’umuhungu wawe.”
6 Umukeba wiwe na we yaramubabaza+ bimwe bikomeye kugira ngo amubuze amahoro, kuko Yehova yari yarugaye igitereko ciwe.