Itanguriro 29:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze aryamana na Rasheli na we nyene, yongera kandi akunda Rasheli kuruta Leya+, aherako akorera Labani n’iyindi myaka indwi+.
30 Maze aryamana na Rasheli na we nyene, yongera kandi akunda Rasheli kuruta Leya+, aherako akorera Labani n’iyindi myaka indwi+.