Abalewi 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Umuntu niyacumura mu guhemuka kuri Yehova+, agahenda+ mugenziwe mu bijanye n’ikintu yari ajejwe canke imbitso yashizwe mu minwe+ canke ubwambuzi, canke akagunga mugenziwe+, Imigani 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+. Abanyefeso 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.
2 “Umuntu niyacumura mu guhemuka kuri Yehova+, agahenda+ mugenziwe mu bijanye n’ikintu yari ajejwe canke imbitso yashizwe mu minwe+ canke ubwambuzi, canke akagunga mugenziwe+,
22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+.
25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.