Ivyakozwe 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 maze agumya mu mpisho igice c’ikiguzi, n’umugore wiwe akaba yari abizi, araheza azana igice gusa agishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+. Abakolosayi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ariko ubu, nimuvyikunkumure koko vyose+: uburake, ishavu, ububi, ugutukana+, n’amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.
2 maze agumya mu mpisho igice c’ikiguzi, n’umugore wiwe akaba yari abizi, araheza azana igice gusa agishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+.
8 Ariko ubu, nimuvyikunkumure koko vyose+: uburake, ishavu, ububi, ugutukana+, n’amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.