Guharura 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ivyiza vyose kuruta ibindi mu mavuta, n’ivyiza vyose kuruta ibindi mu muvinyu mushasha n’intete, imishuzo+ yavyo, ivyo bazoha Yehova, nabiguhaye+. Gusubira mu vyagezwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ivya mbere ku ntete zawe, ku muvinyu wawe mushasha no ku mavuta yawe n’ubwoya bwa mbere ku bukemuwe ku mukuku wawe, ukwiye kubimuha+.
12 “Ivyiza vyose kuruta ibindi mu mavuta, n’ivyiza vyose kuruta ibindi mu muvinyu mushasha n’intete, imishuzo+ yavyo, ivyo bazoha Yehova, nabiguhaye+.
4 Ivya mbere ku ntete zawe, ku muvinyu wawe mushasha no ku mavuta yawe n’ubwoya bwa mbere ku bukemuwe ku mukuku wawe, ukwiye kubimuha+.