Abalewi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Hamwe woshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete ry’ivyeze ubwa mbere, ukwiye gushikiriza amahundo matoto ataze ku muriro, utujanjagu tw’intete nshasha, bwa shikanwa ry’intete ry’ivyo wejeje ubwa mbere+. Gusubira mu vyagezwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ivya mbere ku ntete zawe, ku muvinyu wawe mushasha no ku mavuta yawe n’ubwoya bwa mbere ku bukemuwe ku mukuku wawe, ukwiye kubimuha+. Nehemiya 10:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 twitegeka no kuzana ku nzu ya Yehova ivyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwacu+ n’ivyamwa vya mbere vyeze mu vyamwa vyose vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, ku mwaka ku mwaka;
14 “‘Hamwe woshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete ry’ivyeze ubwa mbere, ukwiye gushikiriza amahundo matoto ataze ku muriro, utujanjagu tw’intete nshasha, bwa shikanwa ry’intete ry’ivyo wejeje ubwa mbere+.
4 Ivya mbere ku ntete zawe, ku muvinyu wawe mushasha no ku mavuta yawe n’ubwoya bwa mbere ku bukemuwe ku mukuku wawe, ukwiye kubimuha+.
35 twitegeka no kuzana ku nzu ya Yehova ivyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwacu+ n’ivyamwa vya mbere vyeze mu vyamwa vyose vy’ubwoko bwose bw’ibiti+, ku mwaka ku mwaka;