Abalewi 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntibaze batware umumaraya+ canke umugore yononywe. Kandi ntibaze batware+ umugore yahukanye+ n’umugabo wiwe, kuko umuherezi ari mweranda ku Mana yiwe. Gusubira mu vyagezwe 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+. Abaheburayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.
7 Ntibaze batware umumaraya+ canke umugore yononywe. Kandi ntibaze batware+ umugore yahukanye+ n’umugabo wiwe, kuko umuherezi ari mweranda ku Mana yiwe.
17 “Nta n’umwe mu bakobwa ba Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+, eka nta n’umwe muri bene Isirayeli akwiye kuba umumaraya w’urusengero+.
4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.