Gusubira mu vyagezwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+. Matayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ababwira ati: “Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera ugukomantara kw’imitima yanyu+, mugabo ukwo si ko vyari kuva mu ntango+.
24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+.
8 Ababwira ati: “Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera ugukomantara kw’imitima yanyu+, mugabo ukwo si ko vyari kuva mu ntango+.