Gusubira mu vyagezwe 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ntuze ugire mw’isaho yawe ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima+, rinini na ritoyi. Gusubira mu vyagezwe 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uze ugume ufise ibuye ry’umunzane ritabesha kandi ry’ukuri. Uze ugume ufise ingero ya efa itabesha kandi y’ukuri, kugira imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Imigani 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima be n’ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, emwe, vyose hamwe ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.
15 Uze ugume ufise ibuye ry’umunzane ritabesha kandi ry’ukuri. Uze ugume ufise ingero ya efa itabesha kandi y’ukuri, kugira imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.
10 Ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima be n’ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, emwe, vyose hamwe ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.