Gusubira mu vyagezwe 4:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.” 1 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,
40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.”
10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,