Gusubira mu vyagezwe 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe.
16 “‘Tera iteka so na nyoko+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse, kugira ngo imisi yawe ibe myinshi kandi bikugendere neza+ ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe.