Kuvayo 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uwukubise se na nyina ntaze abure kwicwa+. Abalewi 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Mukwiye gutinya umwe wese nyina wiwe na se wiwe+, kandi amasabato yanje mukwiye kuyubahiriza+. Ndi Yehova Imana yanyu. Gusubira mu vyagezwe 27:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Aravumwe umuntu akengera se canke nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’) Imigani 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umviriza mwananje, indero ya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+. Mariko 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nk’akarorero, Musa yavuze ati: ‘Tera iteka so na nyoko+,’ yongera ati: ‘Uwututse se canke nyina ntaze abure gupfa+.’
3 “‘Mukwiye gutinya umwe wese nyina wiwe na se wiwe+, kandi amasabato yanje mukwiye kuyubahiriza+. Ndi Yehova Imana yanyu.
10 Nk’akarorero, Musa yavuze ati: ‘Tera iteka so na nyoko+,’ yongera ati: ‘Uwututse se canke nyina ntaze abure gupfa+.’