Kuvayo 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Uwuhamagariye akabi kuri se na nyina, ntaze abure kwicwa+. Abalewi 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+. Imigani 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwo wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, itara ryiwe rizozima umwiza wegereje+.
9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+.