Itanguriro 48:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Iraheza imbwira iti: ‘Ehe ngira ndakurondore+, kandi nzokugwiza, ndaguhindure ishengero ry’ibisata vy’abantu+ kandi iki gihugu nzogiha uruvyaro rwawe mu nyuma zawe kugira rube itongo rwigabira gushika igihe kitagira urugero+.’
4 Iraheza imbwira iti: ‘Ehe ngira ndakurondore+, kandi nzokugwiza, ndaguhindure ishengero ry’ibisata vy’abantu+ kandi iki gihugu nzogiha uruvyaro rwawe mu nyuma zawe kugira rube itongo rwigabira gushika igihe kitagira urugero+.’