ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 28:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Imana Mushoboravyose izoguhezagira, itume urondoka yongere ikugwize, kandi ntuzobura gucika ishengero ry’ibisata vy’abantu+.

  • Itanguriro 35:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Imana imubwira kandi iti: “Ndi Imana Mushoboravyose+. Nurondoke, ugwire. Muri wewe hazova amahanga n’ishengero ry’amahanga, kandi mu kiyunguyungu cawe hazova abami+.

  • Ivyakozwe 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Igihe kiriko kiregereza c’uko umuhango Imana yari yahaye Aburahamu icese uranguka, nya bantu barongerekana, baragwira mu Misiri+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika